ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ariko ba buramatari ba kera banyitangiye imbere bari bararemereje abantu, bakaguma babaka shekeli mirongo ine z’ifeza ku musi ku musi zigenewe umukate n’umuvinyu. Vyongeye, abasuku babo bariganza ku bantu+. Mugabo jewe sinagize gutyo+ kubera ugutinya Imana+.

  • Imigani 14:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ugutinya Yehova ni iriba ry’ubuzima+, kugira ngo gukevye umuntu ntagwe mu mitego y’urupfu+.

  • Imigani 16:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Biciye ku buntu bwuzuye urukundo no ku kuri ikosa rirahongerwa+, kandi mu gutinya Yehova umuntu arakevya ngo ntagwe mu bibi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika