ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nzorwanira+ koko iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’”

  • Zaburi 112:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Kuko atazokwigera anyiganyizwa+.

      ל [Lamedi]

      Umugororotsi azoguma yibukwa gushika igihe kitagira urugero+.

  • Imigani 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Wohitamwo izina ryiza aho guhitamwo itunga ryinshi+; ubutoni buraruta mbere ifeza n’inzahabu+.

  • Umusiguzi 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Izina ryiza riraruta amavuta meza+, n’umusi w’ugupfa uraruta umusi w’ukuvuka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika