1 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi yama akorana ukwigengesera+ mu nzira ziwe zose, kandi Yehova yari kumwe na we+. Luka 2:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.
52 Yezu abandanya gutera imbere mu bukerebutsi+ no gukura ku mubiri no kugira ubutoni ku Mana no ku bantu+.