ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 30:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.

  • Guharura 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo nimba se wiwe yamubujije ku musi yumviyeko indagano ziwe zose canke indagano ziwe z’ukwiyima yiboheyeko, ntizizogumaho, mugabo Yehova azomubabarira, kuko se wiwe yamubujije+.

  • 1 Samweli 14:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika