Imigani 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ukwo ni ko iminyuro y’umuntu wese arondera inyungu y’akarenganyo+ imeze. Ikuraho ubuzima bwa beneyo+. Imigani 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hariho uwusanzaza yamara ivyiwe bikongerekana+; hari n’uwureka gukora ibibereye mugabo hakavamwo ubukene gusa+. Imigani 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwizigira ubutunzi bwiwe, emwe, ubwiwe azogwa+; mugabo abagororotsi bazosagarara nk’amababi+. Luka 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ukwo ni ko bigenda ku muntu yirundaniriza ubutunzi, mugabo atari umutunzi ku Mana+.” Yakobo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.
19 Ukwo ni ko iminyuro y’umuntu wese arondera inyungu y’akarenganyo+ imeze. Ikuraho ubuzima bwa beneyo+.
24 Hariho uwusanzaza yamara ivyiwe bikongerekana+; hari n’uwureka gukora ibibereye mugabo hakavamwo ubukene gusa+.
3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.