ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nezerwa cane, wa mukobwa wa Siyoni+! Niwihe akaruru k’intsinzi+, wa mukobwa wa Yeruzalemu! Raba! Umwami wawe+ araje kuri wewe+. Aragororotse kandi ni nyen’intsinzi+; aricisha bugufi+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku gitungwa gikuze kivuka ku ndogobwa y’ingore+.

  • Matayo 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 mugabo arabihanikiriza ngo ntibakwiragize ivyiwe+;

  • Matayo 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntazotongana+ canke ngo avuze urwamo, eka nta n’uwuzokwumva ijwi ryiwe mu mayira yagutse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika