ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umubande wose nuduzwe+, umusozi wose n’umurambi wose na vyo bimanurwe+. Ubutaka bw’ibidunduri butegerezwa gucika intara ishashe, ubutaka butaringaniye na bwo bucike ikiyaya c’umubande+.

  • Luka 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umukokwe wose utegerezwa kwuzuzwa, kandi umusozi wose n’umurambi wose bitegerezwa kuringanizwa, n’ahagoramanze hategerezwa gucika inzira zigororotse, ahantu h’ibidunduri na ho hacike inzira zisenye+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika