Gusubira mu vyagezwe 28:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+. Gusubira mu vyagezwe 28:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Kandi bazokwugariza mu marembo yawe yose gushika impome zawe ndende kandi zikomejwe wari wizigiye zitemvye mu gihugu cawe cose; emwe, bazokwugariza mu marembo yawe yose ari mu gihugu cawe cose Yehova Imana yawe yaguhaye+. Yesaya 51:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”
29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.
52 Kandi bazokwugariza mu marembo yawe yose gushika impome zawe ndende kandi zikomejwe wari wizigiye zitemvye mu gihugu cawe cose; emwe, bazokwugariza mu marembo yawe yose ari mu gihugu cawe cose Yehova Imana yawe yaguhaye+.
23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”