ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 95:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Yoo! nimuze dusenge, twuname+;

      Dupfukame+ imbere ya Yehova Umuhinguzi wacu+.

  • Zaburi 100:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.

      Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.

      Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.

  • Yesaya 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko niyabona abana biwe, igikorwa c’amaboko yanje, hagati muri we+, bazokweza izina ryanje+, kandi ntibazobura kweza Umweranda wa Yakobo+, kandi Imana ya Isirayeli bazoyigirira akoba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika