Yesaya 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi umwe wese azotegerezwa kuba nk’ubwikingo bw’umuyaga be n’ubwihisho bw’ikirura c’imvura+, nk’imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse+, nk’igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe+.
2 Kandi umwe wese azotegerezwa kuba nk’ubwikingo bw’umuyaga be n’ubwihisho bw’ikirura c’imvura+, nk’imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse+, nk’igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe+.