ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nimusome wa mwana+, Imana ntirurumbe ishavu

      Kandi ntimuyogere ngo muve mu nzira+,

      Kuko ishavu ryiwe rirurumba bitagoranye+.

      Hahiriwe abo bose bahungira muri we+.

  • Yesaya 52:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.

  • Yesaya 60:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amahanga azogenda koko agana umuco wawe+, abami+ na bo bagende bagana ubukayangane bw’ukwaka kwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika