Yuda 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”
9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”