ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ku bijanye na Yezebeli na ho nyene, Yehova avuze ati: ‘Egome, imbwa zizorira Yezebeli mu gihimba c’itongo c’i Yezireyeli+.

  • Yeremiya 36:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ibi rero ni vyo Yehova avuze kuri Yehoyakimu umwami wa Yuda: ‘Ntazoronka uwicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, kandi umuvyimba wiwe uzoshiburirwa hanze+ mu bushuhe ku murango no mu gikonyozi mw’ijoro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika