Kuvayo 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Abalewi 19:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “‘Kandi mu gihe kavamahanga abanye na wewe ari kavamahanga mu gihugu canyu, ntimuze mumufate nabi+.
21 “Ntugafate nabi kavamahanga canke ngo umuhahaze+, kuko namwe mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.
33 “‘Kandi mu gihe kavamahanga abanye na wewe ari kavamahanga mu gihugu canyu, ntimuze mumufate nabi+.