Itanguriro 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko rero, ingamiya zirangije kunywa, nya mugabo atora impeta y’inzahabu yo ku zuru+ ifise uburemere bw’igice ca shekeli n’ibikomo+ bibiri vyo gushira ku maboko ya nya mwigeme, uburemere bwavyo bukaba bwari shekeli cumi z’inzahabu, Yesaya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 amahereni arekera n’ibikomo n’ivyitwikiro+,
22 Nuko rero, ingamiya zirangije kunywa, nya mugabo atora impeta y’inzahabu yo ku zuru+ ifise uburemere bw’igice ca shekeli n’ibikomo+ bibiri vyo gushira ku maboko ya nya mwigeme, uburemere bwavyo bukaba bwari shekeli cumi z’inzahabu,