14 Jewe Yehova ndavuze+. Ivyo bizoba ata kabuza+, kandi nzogira ico nkoze. Sinzobifata minenegwe+, eka sinzokwumva akagongwe+ canke ngo nicuze+. Bazogucira koko urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nk’uko kandi ivyo ukora biri,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”