Zaburi 48:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+. Daniyeli 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma hamera irindi hembe ritoya rivuye muri rimwe muri yo+, riguma rikura cane ryerekeje i bumanuko n’i burasirazuba, ryerekeje kandi kuri ca Kirezi+. Daniyeli 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Azokwinjira vy’ukuri+ no muri ca gihugu c’Ikirezi+, kandi ibihugu vyinshi bizotsitazwa+. Mugabo abazocika kw’icumu mu kuboko kwiwe ni aba: Edomu na Mowabu+ be n’igihimba nyamukuru ca bene Amoni. Zakariya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ‘Narabararirije rero nk’abararirijwe n’igihuhusi mu mahanga yose+ batari baramenye+, igihugu gisigara ari umusaka inyuma yabo, ata n’umwe agicamwo canke ngo akigarukemwo+; nuko igihugu gihimbaye+ batangura kukigira akajoreza.’”
2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.
9 Hanyuma hamera irindi hembe ritoya rivuye muri rimwe muri yo+, riguma rikura cane ryerekeje i bumanuko n’i burasirazuba, ryerekeje kandi kuri ca Kirezi+.
41 Azokwinjira vy’ukuri+ no muri ca gihugu c’Ikirezi+, kandi ibihugu vyinshi bizotsitazwa+. Mugabo abazocika kw’icumu mu kuboko kwiwe ni aba: Edomu na Mowabu+ be n’igihimba nyamukuru ca bene Amoni.
14 ‘Narabararirije rero nk’abararirijwe n’igihuhusi mu mahanga yose+ batari baramenye+, igihugu gisigara ari umusaka inyuma yabo, ata n’umwe agicamwo canke ngo akigarukemwo+; nuko igihugu gihimbaye+ batangura kukigira akajoreza.’”