ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara.

  • Zaburi 87:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Uvugwako ibintu bininahaye, ewe gisagara c’Imana y’ukuri+! Sela.

  • Yesaya 52:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika