ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 107:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ni nde ari inkerebutsi? Azokwitegereza ivyo bintu+

      Yongere yiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+.

  • Imigani 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umuntu w’inkerebutsi azokwumviriza aronke inyigisho+ yiyongereye, kandi umuntu afise ugutegera ni we aronka ubuyobozi bw’ubuhanga+,

  • Yeremiya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ni nde muntu w’inkerebutsi, ngo ategere ivyo, egome, uwo akanwa ka Yehova kabibwiye, ngo abimenyekanishe+? Kubera iki igihugu coyogera koko, kigaturirwa koko nk’agahinga, ata wugicamwo+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika