Yobu 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abasabeya+ baca baraza bagaba igitero barazitwara, abasuku na bo babicisha ubugi bw’inkota. Ni je ndokotse, jewe jenyene gusa, ngo ndabikumenyeshe+.” Ezekiyeli 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abacuruza b’i Sheba+ n’i Rayama+ bari abacuruza bawe; ivyo mu bubiko bwawe vyaratangwa ngo uronke ibimota neza vy’ubwoko bwose vyiza kuruta ibindi vyose, n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro, n’inzahabu+.
15 Abasabeya+ baca baraza bagaba igitero barazitwara, abasuku na bo babicisha ubugi bw’inkota. Ni je ndokotse, jewe jenyene gusa, ngo ndabikumenyeshe+.”
22 Abacuruza b’i Sheba+ n’i Rayama+ bari abacuruza bawe; ivyo mu bubiko bwawe vyaratangwa ngo uronke ibimota neza vy’ubwoko bwose vyiza kuruta ibindi vyose, n’ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro, n’inzahabu+.