Yona 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yona arahaguruka, ava imbere ya Yehova+ ahungira i Tarushishi+; amaherezo amanuka i Yopa+, abona imeri ija i Tarushishi. Nuko ariha itike, amanuka muri yo kugira ajane n’abari muri yo i Tarushishi ave imbere ya Yehova.
3 Maze Yona arahaguruka, ava imbere ya Yehova+ ahungira i Tarushishi+; amaherezo amanuka i Yopa+, abona imeri ija i Tarushishi. Nuko ariha itike, amanuka muri yo kugira ajane n’abari muri yo i Tarushishi ave imbere ya Yehova.