Zaburi 72:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.Amen kandi Amen. Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+. Zakariya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Emwe, Yehova azoba umwami w’isi yose+. Kuri uwo musi, Yehova azoba umwe+, n’izina ryiwe ribe rimwe+.
19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.Amen kandi Amen.
9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.
9 Emwe, Yehova azoba umwami w’isi yose+. Kuri uwo musi, Yehova azoba umwe+, n’izina ryiwe ribe rimwe+.