Zaburi 137:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+. Imigani 28:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwuremerewe n’ukwagirwa n’amaraso y’umuntu, ubwiwe azohunga agana icobo+. Ntihagire abamufata. Ivyahishuwe 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Egome, iwe ni ho habonetse amaraso+ y’abahanuzi+ n’ay’aberanda+ n’ay’abishwe kw’isi bose+.”
8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.