Yona 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo abubaha ibigirwamana vy’ububeshi, baheba ubuntu bwuzuye urukundo bwabo+. Zakariya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+. Abaroma 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.
2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.
21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.