Yeremiya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bimeze nk’igikanganyoni co mu murima w’amakonkombure, ntibishobora kuvuga+. Ntibabura kubirerura, kuko bidashobora gutera intambwe+. Ntutinye kubera vyo, kuko ata kibi bishobora gukora, kandi nta n’iciza bishobora gukora+.” 1 Abakorinto 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga+, mwajanwa kuri vya bigirwamana+ bitavuga+, nk’uko nyene mwajanwa.
5 Bimeze nk’igikanganyoni co mu murima w’amakonkombure, ntibishobora kuvuga+. Ntibabura kubirerura, kuko bidashobora gutera intambwe+. Ntutinye kubera vyo, kuko ata kibi bishobora gukora, kandi nta n’iciza bishobora gukora+.”
2 Murazi yuko igihe mwari abanyamahanga+, mwajanwa kuri vya bigirwamana+ bitavuga+, nk’uko nyene mwajanwa.