ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Mugume muri maso+ rero, kuko mutazi umusi canke isaha+.

  • Mariko 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Mugume mureretse, mugume murikanuye+, kuko mutazi aho igihe cashinzwe kizogerera+.

  • Luka 21:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Mugume murikanuye+ rero, mutakamba igihe cose+ kugira ngo mushobore gukira ivyo bintu vyose bibwirizwa kuba, no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika