Zaburi 112:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+. Matayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”
10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.
12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”