Matayo 27:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Pilato abonye ko ata ciza bivuyemwo, ahubwo ko hariko havyuka intureka, yakira amazi+, akarabira imbere ya nya sinzi, avuga ati: “Jewe ndacuna ku maraso y’uyu muntu. Birabaraba.” Abaheburayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,
24 Pilato abonye ko ata ciza bivuyemwo, ahubwo ko hariko havyuka intureka, yakira amazi+, akarabira imbere ya nya sinzi, avuga ati: “Jewe ndacuna ku maraso y’uyu muntu. Birabaraba.”
26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,