Ivyakozwe 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bamubwira bati: “Urasara.” Mugabo aguma ashimika yemeza yuko ari vyo. Batangura kuvuga bati: “Ni umumarayika wiwe+.” Abaheburayo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?
15 Bamubwira bati: “Urasara.” Mugabo aguma ashimika yemeza yuko ari vyo. Batangura kuvuga bati: “Ni umumarayika wiwe+.”
14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?