Matayo 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abagabo babiri b’impumyi+ baramukurikira, basemerera bati: “Tugirire imbabazi+, Mwana wa Dawidi.” Matayo 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi ngo babone ibintu vy’agatangaza akoze+, n’abana b’abahungu bariko basemerera mu rusengero bongera bavuga ngo: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+!”, barashavura,
27 Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abagabo babiri b’impumyi+ baramukurikira, basemerera bati: “Tugirire imbabazi+, Mwana wa Dawidi.”
15 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi ngo babone ibintu vy’agatangaza akoze+, n’abana b’abahungu bariko basemerera mu rusengero bongera bavuga ngo: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+!”, barashavura,