Malaki 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko yanse ukwahukana+,” ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, “akanka n’uwujuje impuzu yiwe ubukazi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise, kandi mutegerezwa kudahemuka+. Matayo 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma Abafarizayo baza kuri we barondera kumugerageza, bavuga bati: “Vyoba vyemewe ko umugabo yirukana umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?”
16 Kuko yanse ukwahukana+,” ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, “akanka n’uwujuje impuzu yiwe ubukazi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise, kandi mutegerezwa kudahemuka+.
3 Hanyuma Abafarizayo baza kuri we barondera kumugerageza, bavuga bati: “Vyoba vyemewe ko umugabo yirukana umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?”