Matayo 26:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Murazi yuko mu misi ibiri hazoba pasika*+, kandi Umwana w’umuntu azogaburwa ngo amanikwe+.”