Matayo 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko kuva ico gihe aguma arondera akaryo keza ko kumugabura+. Luka 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko aremera, aca atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura kuri bo ata sinzi riri hafi+.