Matayo 27:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 muri bo harimwo Mariya Magadalena, na Mariya nyina wa Yakobo na Yoze, na nyina wa bene Zebedayo+.