Yohani 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aho rero nya sinzi riboneye ko Yezu atari ahari canke abigishwa biwe, burira utwato twabo dutoyi, baza i Kaperinawumu kurondera+ Yezu. Yohani 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abo rero begera Filipo+ uwava i Betsayida h’i Galilaya, batangura kumusaba bati: “Mutungwa, dushaka kubona Yezu+.”
24 Aho rero nya sinzi riboneye ko Yezu atari ahari canke abigishwa biwe, burira utwato twabo dutoyi, baza i Kaperinawumu kurondera+ Yezu.
21 Abo rero begera Filipo+ uwava i Betsayida h’i Galilaya, batangura kumusaba bati: “Mutungwa, dushaka kubona Yezu+.”