Yesaya 62:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Raba! Yehova ubwiwe yavyumvikanishije gushika mu gace ka kure rwose k’isi+, ati: “Nimubwire umukobwa wa Siyoni+ muti: ‘Raba! Ubukiriro bwawe buraje+. Raba! Impera atanga iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.’”
11 Raba! Yehova ubwiwe yavyumvikanishije gushika mu gace ka kure rwose k’isi+, ati: “Nimubwire umukobwa wa Siyoni+ muti: ‘Raba! Ubukiriro bwawe buraje+. Raba! Impera atanga iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+.’”