Zaburi 137:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Azoba ahiriwe uwuzofata abana baweAkabasābiriza+ ku rutare. Mika 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma Siyoni izorimwa nk’umurima kubera mwebwe, Yeruzalemu na yo igacika ibirundo vy’ibihomvagurike+, n’umusozi wa ya nzu ukaba nk’ibibanza bikirurutse vy’ikibira. Luka 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu arahindukira araba ba bagore, avuga ati: “Bakobwa ba Yeruzalemu, nimureke kundirira. Ahubwo nimwiririre muririre n’abana banyu+;
12 Ni co gituma Siyoni izorimwa nk’umurima kubera mwebwe, Yeruzalemu na yo igacika ibirundo vy’ibihomvagurike+, n’umusozi wa ya nzu ukaba nk’ibibanza bikirurutse vy’ikibira.
28 Yezu arahindukira araba ba bagore, avuga ati: “Bakobwa ba Yeruzalemu, nimureke kundirira. Ahubwo nimwiririre muririre n’abana banyu+;