Yohani 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.” Yohani 18:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”
36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”