ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 52:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.

  • Luka 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kandi ibiri n’umubiri vyose bizobona uburyo Imana ikirisha+.’ ”

  • Ivyakozwe 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonerwamwo, kuko ata rindi zina+ munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika