Yesaya 65:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+. Matayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.” Matayo 13:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 hanyuma babiterere mw’itanure ry’umuriro+. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.
14 Raba! Abasavyi banje bazokwiha akamo k’umunezero kubera bamerewe neza ku mutima+, mugabo mwebwe muzoboroga kubera umubabaro wo mu mutima, mumokeshwe n’ukudendebuka kw’umutima+.
12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”