Yohani 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu ivyo yabikoreye i Kana h’i Galilaya biba intango y’ibimenyetso vyiwe, ahishura ubuninahazwa+ bwiwe; abigishwa biwe na bo baramwizera.
11 Yezu ivyo yabikoreye i Kana h’i Galilaya biba intango y’ibimenyetso vyiwe, ahishura ubuninahazwa+ bwiwe; abigishwa biwe na bo baramwizera.