Matayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yezu avyumvise afata ubwato avayo aja mu gahinga ngo abe ukwa wenyene+; mugabo amasinzi aravyumva, aca amukurikira n’amaguru kuva mu bisagara. Luka 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.
13 Yezu avyumvise afata ubwato avayo aja mu gahinga ngo abe ukwa wenyene+; mugabo amasinzi aravyumva, aca amukurikira n’amaguru kuva mu bisagara.
10 Hanyuma intumwa zigarutse zimwiganira ibintu vyose zakoze+. Aca arazijana, arazihereranya+ mu gisagara citwa Betsayida.