Matayo 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu aca amubwira ati: “Urahiriwe, Simoni mwene Yona, kuko ab’inyama n’amaraso atari bo babiguhishuriye, mugabo Dawe ari mw’ijuru ni we yabiguhishuriye+. Yohani 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”
17 Yezu aca amubwira ati: “Urahiriwe, Simoni mwene Yona, kuko ab’inyama n’amaraso atari bo babiguhishuriye, mugabo Dawe ari mw’ijuru ni we yabiguhishuriye+.
15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”