Matayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa. Yohani 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi kuri uwo musi+ nta kibazo na kimwe muzombaza. Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Nimwasaba Data ikintu ico ari co cose+ azokibaha mw’izina ryanje+.
23 Kandi kuri uwo musi+ nta kibazo na kimwe muzombaza. Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Nimwasaba Data ikintu ico ari co cose+ azokibaha mw’izina ryanje+.