Luka 24:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.” Yohani 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda, iyo Data azorungika mw’izina ryanje, uwo ni we azobigisha vyose yongere abibutse ibintu vyose nababwiye+.
49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.”
26 Mugabo wa mufasha, ya mpwemu nyeranda, iyo Data azorungika mw’izina ryanje, uwo ni we azobigisha vyose yongere abibutse ibintu vyose nababwiye+.