Ivyakozwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,
16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,