Ivyakozwe 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+, Ivyakozwe 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 narabonye ku mutaga ku nzira, ewe mwami, umuco urusha izuba gukayangana uravya uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’irya n’ino y’abari bafatanije nanje urugendo+.
3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+,
13 narabonye ku mutaga ku nzira, ewe mwami, umuco urusha izuba gukayangana uravya uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’irya n’ino y’abari bafatanije nanje urugendo+.