Daniyeli 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.” Ivyakozwe 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.” 1 Abakorinto 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ata co numva+ niyagiriza. Yamara muri ivyo simboneka ko ndi umugororotsi, ariko uwunsuzuma ni Yehova+. Abaheburayo 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mubandanye kudusengera+, kuko tuzi neza yuko turi n’ijwi ryo mu mutima rigororotse, kuko dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose+.
5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.”
23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.”
4 Kuko ata co numva+ niyagiriza. Yamara muri ivyo simboneka ko ndi umugororotsi, ariko uwunsuzuma ni Yehova+.
18 Mubandanye kudusengera+, kuko tuzi neza yuko turi n’ijwi ryo mu mutima rigororotse, kuko dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose+.