ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ibandanya kuvuga iti: “Ndi Imana ya so, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.” Maze Musa ahisha mu maso hiwe, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.

  • Matayo 22:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 ‘Ndi Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+’? Ni Imana, atari iy’abapfuye, ahubwo y’abazima+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika