Ivyakozwe 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Inkuru iberekeye ishika mu matwi y’ishengero ryari i Yeruzalemu, baca barungika Barunaba+ aragenda gushika i Antiyokiya. Ivyakozwe 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nayo Barunaba+ na Sauli, bamaze gushitsa neza igikorwa co gutanga imfashanyo zo gutabara+ i Yeruzalemu, baragaruka, bahitana Yohani+, umwe batazira Mariko.
22 Inkuru iberekeye ishika mu matwi y’ishengero ryari i Yeruzalemu, baca barungika Barunaba+ aragenda gushika i Antiyokiya.
25 Nayo Barunaba+ na Sauli, bamaze gushitsa neza igikorwa co gutanga imfashanyo zo gutabara+ i Yeruzalemu, baragaruka, bahitana Yohani+, umwe batazira Mariko.